Aka kajuju , kahawe ikiraka n'umunyagitugu #Kagome_Paul ngo gasarishe Uburundi na RDC none karaja ngaho kakabwejagura. So akuraga ivyamunaniye. Na #Kagome ubwiwe ntarenga umurongo utukura kuko arazi ko yovugutirwa umuti. Iyi ntambara ntayo uzoshobora tugihari.

The Voice of Africa on Umojja.com